amahugurwa nairobi

Sun, 12 Oct, 2025 at 12:00 am

amahugurwa nairobi

prosperity.com

Highlights

Sun, 12 Oct, 2025 at 12:00 am

Nairobi South, Nairobi, Kenya

Advertisement

Date & Location

Sun, 12 Oct, 2025 at 12:00 am (EAT)

Nairobi South

South C Shopping Centre, Nairobi, Kenya

Save location for easier access

Only get lost while having fun, not on the road!

About the event

amahugurwa nairobi
Abantu mwese mutahura ikirundi muri Kenya�, iyi ni inkuru nziza yanyu! �

Kw’itariki 12/10/2025 nabateguriye inyigisho zidasanzwe zijanye n’ubuhinga bwo kwinjiza amafaranga kuri Facebook nkuko benshi bayinjiza kuri youtube.

� Mu bindi bihugu, izi nyigisho zigurishwa hagati ya $100 – $500,
ariko jewe nzobibigisha kubuntu, ntamafaranga muzotanga!

� Aho tuzohurira ni mu gisagara ca Nairobi (CBD), mu Salle nzobabwira ejo canke bukeye bwaho.

Ico nsaba gusa:

UMWETE n’UGUSHAKA kwiga.

Nta mahera nzosaba, kandi ndabasavye ko namwe muzoha abandi izi nyigisho kubuntu.

� Iyi ni chance idasanzwe yo kwiga ikintu gishobora guhindura ubuzima bwawe n’ubw’abandi.

Twese duhure hamwe, twige hamwe, duhindure ejo hacu! �

kwiyandikisha nzobabwira uko bikorwa ejo

interested
Stay in the loop for updates and never miss a thing. Are you interested?
Yes
No

Ticket Info

To stay informed about ticket information or to know if tickets are not required, click the 'Notify me' button below.

Advertisement

Nearby Hotels

Nairobi South, Nairobi, Kenya
Get updates and reminders

Host Details

prosperity.com

prosperity.com

Are you the host? Claim Event

Advertisement
amahugurwa nairobi
Sun, 12 Oct, 2025 at 12:00 am